Igihugu kimwe rudende mu bihugu vyaserukiye Afrika ni co gisigaye mu gikombe c’isi
Ibihugu vyo muri Afrika vyitabiriye inkino z’igikombe c’Isi 2026 ntivyorohewe na gato. Mu bihugu 10 vyo ku mugabane w’Afrika vyitabiriye iryo higanwa ririko ribera muri Mexique, Canada na Etats Unis,…
FEUBUKA:Imyiteguro iriko igenda neza cane
Ishirahamwe ry’urukino rwa karate mu Burundi (FEBUKA), rihejeje gutunganya ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru kugira ribashikirize aho imyiteguro y’ihiganwa rigira 16 ry’akarere ko hagati (10è édition des championnats d’Afrique de karaté…
Championnat national d’athlétisme: Une occasion qui donne aux athlètes les chances de participer aux compétitions internationales
La fédération d’athlétisme du Burundi (FAB) a procédé, le dimanche 7 juin 2026 dans les enceintes de l’Olympafrica, à la clôture du championnat national d’athlétisme sur différentes épreuves. Comme l’a…